Murukundo urakunda ugakundwa urabenga ukabengwa urahura nabakubabaza urahura nabubabaza abo twabeshanya bari benshi abo twizeranya ibidashika bari benshi ivyo vyatumwa nuko ntari bwaronke umwe wisezerano
None ubu ndatahuye ko ataribo Imana yari yangeneye yari yandindirije uwisezeranoo
Uwisezerano uwisezerano uwisezerano ooo naramuronkejwe
Murukundo habaho kubabara hakaba kuryoherwa.nariyumvira mbega niryari nanj nzoryoherwa none ubu Imana yabikoze naronse naronse uwunkunda anyitayeho.
None ubu ndatahuye ko ataribo Imana yari yangeneye yari yandindirije uwisezeranoo