(verse1)
Mukunzi wanje rukundo rwanje kuva twahura wampinduriye ubuzima naguye murukundo chérie wanje gretta uri umwiza ntari bwabone ndagukunda cane mwiza wanje
(Colus)
Mpisemwo kukuririmbira kuko ntakundi mbona nobikora ndagukunda cane mwiza wanje gretta wantwaye umutima wanje wose.
(Verse 2)
Ndagukunda atarivyo kwigirisha kandi nzahoraniteka ryo kugukunda mwiza wanje uri ishurwe ryiza rihumura neza nzahora ngukunda gretta wanje
(Colus)
Mpisemwo kukuririmbira kuko ntakundi mbona nobikora ndagukunda cane mwiza wanje gretta wantwaye umutima wanje wose.