🎤 Intro (vales
(Slow, soft beat)
Meme we...
From the first time I saw you girl
uri classy, uri queen, uri boss lady
Ntivyanyoroheye kuva ico gihe...
🎶 Verse 1
Ndibuka neza waramboneye kuri Snap
Nkuciriye DM, uti: "Uko ni kwihuta sha"
Ariko ndagukunda n’ubu ndara nsinziriye
Uri vibe, uri flame, uri fire, uri dream yanje
Ndafise plans, sindi wa muntu wo playa
Ndaguhaye umutima, nta backup, nta layer
Nokubera umwami, ukambera queen bee tukubaka nka castle, twibanemwo peacefully
🎶 Chorus (Mussa & Kay – duet)
👬
Niwe wanje oya ntawosa nkawe
Uri melody, uri light, uri star y’ijoro
Turaguharanira, tugiye kubikora real
Meme, reka umutima deal
🎤 Verse 2 (
Yo vales ncuti wanje, ariko uyu mukobwa ndamukeneye
Naramwumvise ko yifuza uwutazomubesha,
Meme arakeneye uwumufata neza
Si utwo dufake flex, si Gucci, ni ukumuha care neza
Nzoja iwawe nkore kuri door, sinzoza nka ghost
urukundo rwa most uzorubona
Nzogutwaza isaho igihe uri mu kazi
Nzokwama i ruhande yawe, mbere no mubikugoye
🎶 Chorus
Niwe wanje, uri choice yacu twese
Uri urumuri, uri goal, uri grace
Ntitukwanka, turakurwanira peacefully
Nimba ari vales canke nuhu uzohitamwo wisely
🎵 Bridge
Ndafise akabariro, ariko nawe uri igitangaza
Sinshaka kukubabaza, ndagushaka k’umutima wanje
Dufate akanya, wumve ico umutima wawe uvuga
None Meme, uzohitamwo nde mu buzima bwawe?
🎶 Verse 3
Rimwe warambwiye ko utinya urukundo
Kubera abigeze kukubabaza, bakagusiga mu mubabaro
Ariko ndagutegereje, sinshaka kukurya umutwe
Ndashaka kukuba hafi n’igihe abandi bagutaye
🎤 Verse 4
Jewe simvuga menshi, ariko ndakora
Ni wowe password y’umutima wanje
Nzogukorera breakfast, nze drop you ku kazi
Uzosanga ndi serious, not just another guy
🎶 Final Chorus
Niwe wanje, uriwe twipfuza wese
Turakwigora, turagukunda nk’umutima
Wumva vyinshi, ariko one love ni iyacu
Meme we, hitamwo truth, ntuhezagirwe nabi
🎤 Outro
Nimba uhitamwo jewe, nzoguha urukundo nk’uruyoya…
Nimba ari jewe, nzokwereka ko urukundo rutari fake...
Icegera c’Imana uri wowe...
Niwe wanje... 💔❤️